INYIGISHO ISHIKIRIJWE N’INAMA Y’ABEPISKOPI GATOLIKA B’I BURUNDI KU MUSI W’IMANA WA MBERE W’IGIHE C’UBUSHIKIRO MU 2022

Kuri uyu w’Imana wa mbere wo mu gihe c’Ubushikiro (27 Munyonyo 2022), Abungere bahurikiye mu « Nama y’Abepiskopi Gatolika b’i Burundi », bashikirije abakristu bajejwe ijambo rikomeye cane. Ijambo ry’umutwe ryaryo rikadutumirira twese kuzigama ukwemera kwacu rigira riti : « Nituzigame ukwemera kwacu kandi tuguhagararire kuko gusumvya igiciro inzahabu (1 Petero 1, 7).

Niwugurure aha wisomere iryo jambo ry’Abepiskopi bacu!