

Kuri uyu w’Imana wa mbere wo mu gihe c’Ubushikiro (27 Munyonyo 2022), Abungere bahurikiye mu « Nama y’Abepiskopi Gatolika b’i Burundi », bashikirije abakristu bajejwe ijambo rikomeye cane. Ijambo ry’umutwe ryaryo rikadutumirira twese kuzigama ukwemera kwacu rigira riti : « Nituzigame ukwemera kwacu kandi tuguhagararire kuko gusumvya igiciro inzahabu (1 Petero 1, 7).
Niwugurure aha wisomere iryo jambo ry’Abepiskopi bacu!